Ako gashimwe gatangwa n'ikigo c'ingoma y'Ububiligi kijejwe iterambere ... guteza imbere igisata c’ingezi za ba mukerarugendo mu Burundi. Ni umugambi yari yashize imbere igihe yari mu mahiganwa ...
Ariko igihe habonetse umurwi witwa HIMBAZA urimwo abarundi n'abanyarwanda ukomoka mu Rwanda uvuza umurisho w'ingoma zu Burundi abatari bake barashoboye kugira io bashikirije ku mbuga ngurukanabumenyi.