Ariko igihe habonetse umurwi witwa HIMBAZA urimwo abarundi n'abanyarwanda ukomoka mu Rwanda uvuza umurisho w'ingoma zu Burundi abatari bake barashoboye kugira io bashikirije ku mbuga ngurukanabumenyi.
Independent news and stories connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians.